gahunda y'itangazamakuru
06:00 - 06:29
Umuziki
Muri Dususuruke, turumva cyane Umurwi La compagnie créole w’abaririmvyi bakomoka mu mazinga ya Antilles n’izinga rya Guyane. Ayo mazinga yegukira igihugu c’Ubufaransa. Uwo murwi wabaye rurangiranwa cane mu myaka ya za 80, muri ayo mazinga eka henshi mu bihugu bikoresha ururimi rw’igifaransa.
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
USA: Amatora y’umukuru w’igihugu ashigaje iminsi ibiri. Kamala Harris w'Abademocrate na Donald Trump, w’Abarepubulikani barerekeza muri leta ya North Carolina. Libani: Ingabo zikekwa kuba iza Isirayeli ziravugwaho gushimuta umuntu mu mujyim wa Batroun Nijeriya: Abantu 76 barezwe ubugambanyi