Monusco yahisemwo kuva mu kambi ya Rumangabo mu buseruko bwa Kongo. Igisirikare ca Burkina Faso gihamagarira abasivile gufasha mu rugamba n'abajihadiste.
Muri Repubulika ya Demokarasi ya Kongo abaturage baraye batwitse imodoka 2 z’ingabo z’Umuryango w’Abibumbye zishinzwe kurinda amahoro muri icyo gihugu (MONUSCO). Izo modoka zatwikiwe ahitwa Kanyaruchinya mu birometero 5 ugana mu mujyi wa Goma.
Ikibazo c’abantu bakoresha canke babangamiwe n’ingaruka z’ikoreshwa ry’ibiyayurabwenge (harimwo itabi n’ibindi) cifashe gute aho uherereye? Mu kiganiro Murisanga nivyo tugiye kuganira.
Ibukavu muri Repubulika ya Demokarasi ya Kongo abantu babarirwa mu magana baramukiye mu myigaragambyo yo kwamagana M23 na leta y'u Rwanda yashyizwe mu majwi ko ishyigikiye izo nyeshyamba.
Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.