Ikiganiro Ejo kiribanda ku gusumbanisha abana mu kubarera.
Mu Rwanda ku musi wa gatanu, ubuyobozi bwa Reta hamwe n’ubushikiranganji butandukanye baraganiye n’abanyagihugu bo mu karere ka Rubavu bahuye n'ingaruka z'ibiza vy’imvura vyageramira ababa muri ako karere. Itariki 19 y’ukwezi ni umusi mpuzamakungu wahariwe gutabara.
Muri iki kiganiro c'umuziki kiribanda ku muziki wo mu karere ka Afrika y'uburengero. Ugabuwemwo ibice bibiri: Uw'ikiyisilamu n'umuziki usanzwe. Muryoherwe!
Mu Rwanda inzego za leta zarasenye amazu y’ubucuruzi n’andi atuwemo ari hafi y’umugezi witwa Sebeya. Ni mu rwego rwo gushyira mu bikorwa gahunda ya Leta yo kwimura abaturage ahafatwa nkahashobora kwibasirwa n’ibiza . Gusa abaturage babarirwa mu magana basenyewe baranenga uburyo byakozwe.
Mu Burundi ku ncuro ya mbere reta yavuze ko hari abatutsi bishwe hagati y'umwaka wa 1961 n'1965. Muri RDC abantu bane baguye mu mpanuka y'inyukabo yakorerwamwo n'ishure ryigenga yasenyutse mu gisagara ca Bukavu.