gahunda y'itangazamakuru
16:00 - 16:59
Murisanga
Ukutamenya ibimenyetso vy’ingwara canke kanseri y'udusaho tw'intanga bituma abantu batari bake b’igitsina gabo basinzikazwa canke bahitanwa nayo. Mu kiganiro Murisaga mu kanya turaganira n’umuhinga mu kubaga no kuvura indwara z'ibihimba vy'irondoka vy'abagabo atubwire vyinshi kuri iyi ngwara.
18:00 - 18:29
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
U Rwanda ruvuga ko rumaze kwungukira mu migenderanire yihariye rufitanye n'ikipe ya Arsenal yo mu Bwongereza Umurwi w’abagize inama nkenguzamateka mu Burundi wahuye n’abasenateri bo mu Rwanda. Imbeya z’umuriro ku kibanza ca gisirikare muri Crimea yatumye abantu barenga ibihumbi bibiri bahungishwa