gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Malawi carafunze impunzi n'abakirondera ubuhungiro barenga 400. Amwe mu mashirahamwe yigenga mu Rwanda asaba Reta gushira mu ngiro ibikorwa vyo gukingira abanyagihugu ibiza, itabashize mu biza vy’inzara. Muri Kameruni, abantu ibihumbi barakoze imyiyerekano basaba amahoro n’ubwiyunge
Iwanyu mu ntara
Leta ya Malawi yataye muri yombi impunzi n’abasaba ubuhungiro barenga 400. Uburundi bwohereje igice cya mbere cy’abakozi bo mu rugo mu bihugu byo mu kigobe cy’abarabu. Ku nshuro ya gatatu, u Rwanda rurakira kuva kuri uyu wa gatandatu imikino y'Icyiciro cya nyuma cy’irushanwa rya BAL.
Murisanga
Harabura amasaha gusa kugira ngo rwambikane hagati y'amakipe 8 agiye guhurira muri kamarampaka y'irushanwa rya Basketball Africa League muri BK Arena i Kigali mu Rwanda . Ikiganiro Murisanga cya none kiribanda kuri iri rushanwa n’akamaro rifitiye umukino wa Basketball ku mugabane w’Afurika.
Amakuru y'Akarere
Mu Burundi, abahinzi barasaba uruganda rw’ifumbire FOMI kugabanya ibiciro. Leta zunze ubumwe z'Amerika igiye gutanga amadolari miliyoni zirenga 100 yo gufasha impunzi za Sudani. Perezida wa Ukraine, Volodymyr Zelenskyy yasabye ibihugu vy'Abarabu kutagendera ku gitimyiro cy'Uburusiya.
Amakuru ku Mugoroba
Urukiko rw’Uburayi rushinzwe uburenganzira bwa muntu rwanze ko abimukira bazava mu Bwongereza bajya mu Rwanda. Muri RDC, Abanyamulenge n’Abafulero batuye muri groupement ya Bijombo bongeye kurema isoko rimwe. Uburusiya bwashyize Karim Khan, umushinjacyaha mukuru wa CPI ku rutonde rw'abo bushakisha.