gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 06:00
16:00 - 16:59
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Uburundi bwarungitse intumwa mu Rwanda gusaba impunzi gutaha.Izo mpuzi zeretse abo bategetsi ko zipfuza gutaha ariko ko intambamyi zikiri nyishi. Edouard Bamporiki uregwa ibyaha bya ruswa arasaba gusubikirwa ibihano. Muri Afrika y'Epfo, Cyril Ramaphosa yongeye gutorerwa kuyobora ishyaka ANC
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Urukiko mu Bwongereza rwanzuye ko kohereza impunzi mu Rwanda bitica amategeko. Uburundi bwarungitse intumwa mu Rwanda gusaba impunzi gutaha.Izo mpuzi zeretse abo bategetsi ko zipfuza gutaha ariko ko intambamyi zikiri nyinshi. Edouard Bamporiki uregwa ibyaha bya ruswa arasaba gusubikirwa ibihano.