gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 05:59
Amakuru mu Gitondo
Abagizi ba nabi bateye ikambi ya Baraka iri mu gisagara ca Goma co muri Kongo bafashe ku nguvu abagore 9, bakomeretsa abarenga 10. CDC irasaba ko Amerika ikuraho ingingo yo gukumira ingendo mu Rwanda kubera Marburg. Amerika irabandanya imyiteguro n'urugendo rwo guhererekanya ubutegetsi.
13:00 - 13:30
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Ibiciro vy'ivyankenerwa mu Burundi vyaraduze cane Hari ivyaduze 100%. Ubumwe bwa Buraya bwongeye u Rwanda inkunga ku basirikare barwo bari muri Mozambike. Mu ntambara yo muri Ukraine, perezida w’Uburusiya, Vladimir Putin, avuga ko ashobora gukoresha intwaro za kirimbuzi bibaye ngombwa.