gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 05:59
13:00 - 13:29
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Muri Tanzaniya, abana b’abanyeshuri bane b’impunzi z’Abarundi bapfuye bakubiswe n’inkuba mu nkambi ya Nduta. Isiraheli kuri uyu wa kane yagabye ibindi bitero byo mu kirere mu ntara ya Gaza. Igisirikare ca Ukraine catangaje ko Uburusiya bwakoze ibitero bitari bike bikoresheje za drone na misile.
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Uburundi buvuga ko bwahagaritse akarwi k'abantu bakorera ku mbuga ngurukana bumenyi mu "gucafuza inzego z'igihugu no guteka umutwe". Afrika y'epfo ishobora kugira uruhara mu biganiro hagati ya Isirayeri na Hamas. Imodoka zirimwo inteko z'Ubufransa ziriko ziva mu gihugu ca Nijeri zashitse muri Cadi.