gahunda y'itangazamakuru
13:00 - 13:29
Iwanyu mu ntara
Prezida wa Kongo Felix Tshisekedi, yavuze ko M23 itubahirije amasezerano yo gusubira mu birindiro byayo. Guhingira hamwe mu ntara ya Kayanza mu Burundi, biratanga umusaruro ushimishije. Muri Tanzaniya, indwara zituruka ku mwanda zibasiye bamwe mu bana batuye mu nkambi za Nduta na Nyarugusu.
16:00 - 16:59
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Ekleziya Katorika mu Burundi ihanura indongozi z'igihugu na CNDD-FDD kubahiriza agateka ka zina muntu. Incuti ya prezida w'Uburusiya igabisha ko ico gihugu kigatsindwa mu ntambara kirimwo na Ukraine, hashobora kwaduka intambara ruhonyanganda. Imbeho iri muri Afuganistani imaze guhitana abababa 80.