gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Umugi wa Kigali wategetse ko imiryango igera ku bihumbi 6000, ikwiye kwimurwa byihutirwa ahantu hafatwa nk’amanegeka. Kuri uyu wa kane, mu mujyi wa Hiroshima mu buyapani, haratangira inama ya G7. ONU, ryatangaje ko hakenewe miliyari 3 zirenga z'amadolari yo gufasha abanyasudani n'impunzi.
Iwanyu mu ntara
Mu Burundi, umunyeshuri w’imyaka 16 yubatse urubuga rumeze nk’urubuga rwa Telegram. Umujyi wa Kigali wategetse ko imiryango igera ku bihumbi 6000 igomba kwimurwa byihutirwa ahantu hafatwa nk’amanegeka. ONU,\ yatangaje ko hakenewe miliyari 3 zirenga z'amadolari yo gufasha abanyasudani n'impunzi zaho.
Murisanga
Abategetsi b’ibihugu vy'Afrika 6 barafise umugambi wo gufasha guhagarika ingwano muri Ukraine. Prezida w’Uburusiya, Vladimir Putin n’uwa Ukraine, Volodymyr Zelensky, baremeye kwakira abo bategetsin’ukubatega amatwi. Mutwandikire muduhe telefone zanyu mubaze ibibazo canke mushikirize ivyiyumviro
Amakuru y'Akarere
Uburundi bwarungitse umuce wa mbere w'abakozi baja gukora mu bihugu vyo mu kigobe c'Abarabu biciye mu masezerano hagati ya Reta y'Uburundi na Arabiya Sawudite. Ukraine yatangiriye Misile 29 z’Uburusiya. Muri Sudani, ibitero bikaze vy’indege vyakubise uduce tw’amajyepfo ya Khartoum.
Amakuru ku Mugoroba
Imwe mu miryango yigenga mu Rwanda isaba leta gushira mu ngiro ibikorwa vyo gukingira abanyagihugu ibiza, itabashize mu biza vy’inzara. Abitwaje inkoho bishe 3 mu bashinzwe umutekano muri pariki ya Virunga iri mu buseruko bwa RDC. Malawi yafunze impunzi n’abakirondera ubuhungiro barenga 400.