gahunda y'itangazamakuru
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Uburundi bwavuze ko bwahagaritse abaharanira agateka ka muntu bubashinja ibikorwa vy'iterabwoba. Kongo isaba Ubushinwa inyongera y'amafaranga agera ku miliyari 17 z’amadorali y’Abanyamerika kubera gucukura amabuye y'agaciro. Turukiya ibandanya kurokera abasenyukiweko n'inyubakwa kubera nyamugigima.
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Umuzamu yahoze acungera Ambasade y'Ubwongereza mu Budagi yagirizwa gusumira urusaku Uburusiya. Umuririmvyi w'Umunyamerika R. Kelly ashobora kuzova mu munyororo yarakwije imyaka 100 y'amavuko. Kongo isaba Ubushinwa izindi Miliyari 17 z’amadorali y’Amerika kubera ibikorwa by’ishoramari.