gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 05:59
Amakuru mu Gitondo
Ikena ry’umuyagankuba ku murwa mukuru w’Ubutunzi I Bujumbura rimaze gusubiza inyuma iterambere. Mu kwezi kumwe gusa abantu 80 ni bo bamaze kwicwa hakoreshejwe imbunda mu gisagara ca Goma. Raporo zibiri zigabisha ku bwiyongere bw’ibikorwa vyo kugerageza guhungabanya amatora muri Amerika
13:00 - 13:30
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Umunyamakuru Floriane Irangabiye yarekuwe ku mugoroba wo kuri uyu wa gatanu nyuma y'imyaka ibiri afunzwe. Leta ya Kongo itangaza ko ubushita bw'inkende bukwirakwira mu ntara z'igihugu ku buryo bwihuse. Muri Kenya ku wa mbere hazatangira imyigaragambyo y’abakora mu by’ingendo z’indege.