gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 05:59
Amakuru mu Gitondo
Indongozi z'Uburundi zasabwe kwakira amanoti y'abanyagihugu bose batagira konte. Perezida Museveni, ejo kuwa kane yaravuganye n’Abanyagihugu akoresheje ubuhanga bwa Zoom kuva yatangaza ko yanduye Covid. Perezida Ramaphosa, yerekeje muri Ukraine no mu Burusiya mu rugendo rw’amahoro.
13:00 - 13:29
16:00 - 16:59
Murisanga
Mu kiganiro Murisanga c’uyu musi, umutumire wacu ari mu bajejwe kwubahiriza agateka ka zina muntu mu Burundi, aratubwira aho urugero rwo kwubahiriza no gushira imbere inyungu z’abagendana ubumuga, rugeze, yisunze ivyavuye mu nama yariko yihweza ico kibazo, yabereye i New York City, muri Amerika.
19:30 - 19:59