gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 05:59
Amakuru mu Gitondo
Ekleziya Katorika mu Burundi itewe impungenge n’uko umugambwe CNDD-FDD na leta "bananiwe guhagarika urugomo n’ubwicanyi". ONU ihangayikishijwe n'imiriyoni 25 z’abanyagihugu ba Sudani bakeneye imfashanyo vyihuta. Isirayeri ihiga kwihora Irani. Amerika na Cuba biri mu biganiro ku kibazo c'abimukira.
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Mu Burundi, amwe mu mashirahamwe adaharanira inyungu za politike asaba Reta y’Uburundi gutangaza ko yatewe n’ikiza c’iduga ry’amazi ya Tanganyika. Guverinoma ya Etiyopiya n’abaterankunga mpuzamahanga bashakira hamwe uburyo bagoboka miliyoni zirenga 15 z’abaturage ba Etiyopiya bari mu kaga.