Perezida Joe Biden w'Amarika yamaganye igikorwa cyo kugerageza kwica Donald Trump cyabaye kuwa gatandatu. Uburusiya burashinja ubutegetsi bwa Biden kuba nyirabayazana w'icyuka kibi cyakuruye iraswa rya Trump
Ikiganiro Iwanyu mu Ntara c'uno munsi gishimikira ku matora y'u Rwanda yatanguye uno munsi.
Ikiganiro Murisanga c'uno munsi gishimikira ku matora rusangi y'u Rwanda
Amakuru y'Akarere (1600-1630 UTC): Amakuru atambuka i saa kumi n'ebyeri ku mugoroba mu Rwanda no mu Burundi. Akenshi, aya makuru yibanda ku karere k'ibiyaga bigari n'Afurika y'uburasirazuba.
Abanyarwanda bagera kuri miliyoni icenda kuri uyu wa mbere bazindukiye mu matora y’umukuru w’igihugu n’ay’abadepite. Igipolisi ca Kenya cafashe umwicanyi karuhariwe yemeye kuba ari we aherutse kwica abakenyezi 42.