gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Musenyeri Lawurenti Mbanda ayobora Angilikani mu Rwanda, aranegura inyifato y'umuyobozi w’ishengero ry’aba Anglikani mu Bwongereza. Mu Burundi, abanyagihugu barafise ibibazo vyo gusubiza inoti za kera. Ibihugu vyo mu karere biriko birondera inyishu zirama zo kwitaho abateshejwe ivyabo.
Iwanyu mu ntara
Abakuru b'ibihugu bane ba Afrika bategerejwe muri Ukraine ku wa gatanu mu kurondera inzira zorangiza intambara hagati ya Ukraine n'Uburusiya. Umuyobozi w'ishengero Anglikani mu Rwanda avuga ko umuyobozi w’ishengero ry’aba Anglikani mu Bwongereza atagifise ububasha bwo kugira amabwiriza atanga.
Amakuru y'Akarere
Abanyekongo basaba reta yabo gutorera inyishu ibibazo vy’umutekano, inyuma y'aho itangarije ko Monusco igiye kugenda. Leta y’u Rwanda irateganya kwimura abaturage 80 baturiye ikimoteri cya Nduba mu mujyi wa Kigali. ONU iriyamiriza yivuye inyuma iyicwa rya bulamatari w'intara ya Darfur muri Sudani