gahunda y'itangazamakuru
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Muri Kongo abana barenga 15 bo mw’ikambi iri mu gisagara ca Goma barapfuye, mu gihe c’indwi 2 kubera kubura ivyo bafungura. Umuhungu wa Museveni yipfuza kuzoba prezida wa Uganda. Umuhinga yabwiye sentare ko Kabuga Felisiyani adafise ubushobozi bw’imitekerereze bwo gukwirikirana urubanza rwiwe.