gahunda y'itangazamakuru
16:00 - 16:59
Murisanga
Mu Burundi, bamwe mu banyagihugu bapanga amazu bemeza ko batorohewe na gato. Ba nyene amazu babaha "amategeko aremereye, arimwo "kubategeka ku masaha batahirako". Diane Nininahazwe yatumiye Spageon Ngabo, Umuyobozi mpuzabikorwa mu runani rw'abanditsi, Yaga Burundi, rwatanguje isekeza #NdiUmupangayi