gahunda y'itangazamakuru
Iwanyu mu ntara
Uburundi bwegeka ibitero vya greande vyo ku munsi wa gatanu ku Rwanda na Red Tabara. U Rwanda na Red Tabara birabihakana. ONU yavanye mu mwanya wa mbere ishyirahamwe ry’igihugu ryigenga rishinzwe uburenganzira bwa kiremwamuntu mu Burundi (CNIDH).APR yo mu Rwanda yasezerewe mu mikino ya BAL.
Amakuru y'Akarere
Uburundi bwegeka ibitero vya grenade biherutse ku Rwanda na Red Tabara. U Rwanda na Red Tabara birabihakana. ONU yavanye mu mwanya mu ciciro ca mbere ishyirahamwe ry’igihugu ryigenga rishinzwe uburenganzira bwa kiremwamuntu mu Burundi (CNIDH).APR yo mu Rwanda yasezerewe mu mikino ya BAL.
Amakuru ku Mugoroba
Mu Burundi, kujya kw’ishuli ni ingorane zikomeye cyane kubera ikibazo cya lisansi cyatumye imodoka zihagarara. Mu Rwanda, Urukiko rw’ubujurire rwatangiye kuburanisha urubanza rwa Wenceslas Twagirayezu. Muri Afrika y’Epfo, abatabazi barashakisha ababa bakiriho mu bagwiriwe n’inyubakwa.