gahunda y'itangazamakuru
13:00 - 13:29
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Abarwanyi bakekwa kuba aba ADF bishe abantu 19 bongera baturira ivuriro n’amazu y’abanyagihugu muri Kongo. Bamwe mu Barundi bahungiye muri Uganda bafise amakenga yo guhunguka. Ikipe ya REG Basketball Club yatsinze umukino wayo wa mbere mu irushanwa ry'Afurika ribera i Dakar muri Senegal.
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Mu Burundi, ibiciro vy'ibifungurwa vya nkenerwa vyaduze umurengera ku buryo bibangamiye imiryango. Perezida w’u Rwanda yavuze ko hari ibiganiro vyatangijwe bigamije kugerageza gukemura ikibazo c’umunyapolitike Paul Rusesabagina afunzwe. Igihuhusi Freddy kibangamiye ibihugu vya Malawi na Mozambike.