gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Umurundikazi yitwa Fatuma yirukanywe muri Koweti, yisanga ageze muri Benin hagutahukanwa mu Burundi.Muri Kongo, abigisha bo mu ntara ya Kivu y’Epfo bari bamaze amezi abiri barahagaritse akazi basubiye mu mirimo.Inama ku vy’ihindagurikire ry’ibihe irabandanya I Baku ku murwa mukuru w'Azeribayijani..
Iwanyu mu ntara
Mu Rwanda, umusirikare yishe abantu batanu abarasiye mu kabari mu karere ka Nyamasheke. Intumwa za guverinoma zirenga 200 ziteraniye muri Azeribayijani mu biganiro ngarukamwaka ku mihindagurikire y’ibihe.Umurundikazi witwa Fatuma yirukanywe na Koweti, ariko yisanga mu gihugu cya Beni.
Murisanga
Ibiharuro vya OMS vyerekana ko ingwara ya kanseri y’ibere ibandanya kwiyongera cane mu bagore n’abagabo. Mu Burundi, ishirahamwe Uzima, ryahora mu masekeza yo guhimiriza ivy’iyo kanseri, rivuga ko ryasanze abantu benshi ata makuru bayifiseko. Twatumiye Dr. Tania Gahama Ineza atwara iryo shirahamwe.
Amakuru y'Akarere
Mu Rwanda, umusirikare yishe abantu batanu abarasiye mu kabari mu karere ka Nyamasheke. Intumwa za leta z'ibihugu by'isi zirenga 200 ziteraniye muri Azeribayijani mu biganiro ngarukamwaka ku mihindagurikire y’ibihe. Umurundikazi witwa Fatuma yirukanywe na Koweti, ariko yisanga mu gihugu cya Beni.
Amakuru ku Mugoroba
Abanyagihugu 5 bo mu karere ka Nyamasheke bishwe barashwe n’umusirikare w’ingabo z’u Rwanda.Ababa mu karere ka Nyabihu mu Rwanda bashima intambwe bagezeko mu kurwanya ikibazo co gufungura nabi.Prezida wa Amerika Joe Biden mu kanya yakiriye mu ngoro yiwe Donald Trump agiye ku musubirira ku butegetsi.