gahunda y'itangazamakuru
Murisanga
Tanzaniya ihanganye n’umugera wa Marburg umaze guhitana abantu 5 bo mu karere gahana urubibe n’Uburundi. Ni mu gihe mu Burundi abagera kuri 5 bahitanywe n’ingwara itaramenyekana ifise ibimenyetso nk’ivya Ebola na Marbug. Muri Murisanga, Muganga Arsene Nzobandora aradusigurira ivya Virusi ya Marburg.
Amakuru y'Akarere
Ingwano yasubiye kwaduka hagati y’ingabo za Kongo na M23 muri grupema ya Kibumba Burundi: Ubutungane bwasozereye igikorwa co kurekura abanyororo mu ntumbero yo kugabanya umurengera w'ibitigiri mu mabohero Muri Teritware ya Fizi mu buseruko bwa Kongo barageramiwe n’ikibazo co kubura umuyagankuba
Amakuru ku Mugoroba
Burundi: Ubutungane bwasozereye igikorwa co kurekura abanyororo mu ntumbero yo kugabanya umurengera w'ibitigiri mu mabohero Ingwano yasubiye kwaduka hagati y’ingabo za Kongo na M23 muri grupema ya Kibumba Muri Teritware ya Fizi mu buseruko bwa Kongo barageramiwe n’ikibazo co kubura umuyagankuba