gahunda y'itangazamakuru
Ejo
Ejo ni ikiganiro cy'iminota 30 gitegurwa n'urubyiruko rwo mu Rwanda, kibanda ku bibazo binyuranye ruhura na byo. Ibyo birimo kwihangira imirimo, guteza imbere umuco wo kuganiro mu cyubahiro, no gushimangira ubumwe n'ubwiyunge mu karere k'ibiyaga bigari by'Afurika.
Patiri Adrien Ntabona muri Murisanga
Mu gitabo gishasha Padiri Adrien Ntabona aheruka gusohora akita "L' Ubuntu ses roses et ses épines au Burundi", yashimangiye ko umuntu kugira abe umuntu nya muntu akeneye ibintu bitari bike birimwo: Umutima, Iteka, Ibanga, Kwiyumanganya n'ibindi. Uwo Mwigisha muri za kaminuza zitandukanye akaba ari n'umwanditsi yagarukanye akongera agaha agaciro urwego rw'Ubushingantahe mu Burundi, mu kiganiro na mugenzi wacu Diane Nininahazwe yatanguye yasiguye isano riri hagati y'ubuntu n'umutima