gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Umuryango w'umunyarwanda Erixon Kabera yishwe arashwe na polisi muri Canada basaba amatohoza ku rupfu rwiwe rutavugwako rumwe. Abarenga imiliyoni 28 bo mu buseruko bwa Kongo bugarijwe n’ingaruka z'intambara. Ayachi Zammel yitoje mu kibanza ca Perezida muri Tuniziya ashobora gufungwa imyaka 35.
Iwanyu mu ntara
Mu Burundi habandanya kuvugwa ubukene bw'amazi mu bice bitandukanye birimwo Bujumbura. Abagize umuryango w'umunyarwanda Erixon Kabera yishwe arashwe na polisi muri Canada basaba iperereza. ONU itangaza ko hafi 70 ku ijana vy’abamaze guhitanwa n’intambara yo muri Gaza ari abagore n’abana.
Amakuru ku Mugoroba
Umurundikazi yakora Koweti iheruka kwirukana ku nguvu yisanze muri Benin aho gusubizwa mu Burundi. Urunani rw'abatavuga rumwe na Reta rwatsinze amatora mu birwa vya Morise. Ibihugu 13 biza imbere mu birungika ivyuka vyinshi mu kirere ntivyitabiriye inama ngarukamwaka y'ihindaguruka ry'ibihe.