gahunda y'itangazamakuru
Murisanga
Murisanga ya none irakira ibitekerezo vyanyu ku ngingo y'Uburundi yo gusubira kugara imipaka ruhana n'u Rwanda. Ico gihugu kivuga ko casanze gifise "umubanyi mubi". U Rwanda rwavuze ko rubabajwe n'ino ngingo rwamenye biciye mu binyamakuru, kandi ari ingingo izogira ingaruka ku banyagihugu.
Amakuru y'Akarere
Abiciwe ababo barasaba inkiko gutegeka Kazungu Denis kwerekana aho imibiri yabo iri. Nyuma y'Uburundi gufunga imipaka yawo n'u Rwanda ku mupaka wa Nemba mu karere ka Bugesera nta rujya n’uruza ruhari. Leta zunze ubumwe n’Ubwongereza byaraye bigabye ibitero ku barwanyi b'abahouthi muri Yemeni
Amakuru ku Mugoroba
Imipaka ihuza u Rwanda n’Uburundi, ahitwa i Nemba mu karere ka Bugesera irafunze, kandi urujya n’uruza rwahagaze. Abagore b’abasirikare batuye mu kigo cya Munzenze mu mujyi wa Goma bahawe amasaha 24 yo kuba bavuye mu mazu yabo. Igikombe cy'Afrika cy'ibihugu kizatangira ejo muri Kotedivuwari.