gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 06:00
16:00 - 16:59
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Mu Rwanda, ikigo c’igihugu kijejwe amagara y’abantu, RBC, gisaba Abanyarwanda gufasha abafise ibibazo bishobora gutuma biyahura. Mu Burundi, havugwa ubukene kw'ibikoresho vy’ishure ku bana mu miryango itishoboye. Gutabara no kurondera abagihema inyuma ya nyamugigima muri Maroke birabandanya.
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Muri Maroke abatabazi bageragezaga gusiganwa n’igihe bashakisha abarokotse umutingito. Mu Rwanda, ikigo cy’igihugu gishinzwe ubuzima, RBC, kirasaba Abanyarwanda gufasha abafite ibibazo byabakururira kwiyahura. Amerika yibutse ku nshuro ya 22 ibitero by’iterabwoba byahitanye abantu hafi 3000