gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
HCR iivuga ko igisata co gutanga ubuhungiro mu Rwanda kidatuganijwe neza ku buryo bamwe mu bimukira bo mu Bwongereza bokwimurirwa muri ico gihugu. Malawi iracarondera ihari indege yari itwaye visi prezida. Urubanza rw’umuhungu wa Prezida Biden rugeze muri Amerika sentare y’abanyagihugu
Iwanyu mu ntara
Uburundi bwitwaye muri ONU busaba gusubizwa mu kibanza cagenewe imigwi idatamikwa ijambo n’ubutegetsi. HCR ivuga ko igisata co gutanga ubuhungiro mu Rwanda kidatuganijwe neza ku buryo bamwe mu bimukira bo mu Bwongereza bokwimurirwa yo. Indege yarimwo visi prezida wa Malawi ishobora kuba yakorotse
Amakuru ku Mugoroba
Visi prezida wa Malawi n’abandi bantu 9 baguye mu mpanuka y’indege. Urukiko rwo muri Amerika rwahamije umuhungu wa Perezida Joe Biden, icyaha cyo gutunga imbunda binyuranyije n’amategeko. Prezida w'Ubufaransa yatangaje ko atazegura ku mwanya w’umukuru w’igihugu uko byagenda kose mu matora ataha.