gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Mu Burundi, imiryango yubatse amazu aheregereye ibiro vy’umukuru w’igihugu ntigira aho ikika umusaya: Reta ntirayiha umuzibukiro. Prezida wa Amerika Joe Biden azokwakira Donald Trump ku wa gatatu. ONU itangaza ko hafi 70 ku ijana vy’abamaze guhitanwa n’intambara yo muri Gaza ari abagore n’abana.
Iwanyu mu ntara
Mu Burundi, imiryango yubatse amazu aheregereye ibiro vy’umukuru w’igihugu ntigira aho ikika umusaya: Reta ntirayiha umuzibukiro. Somaliya ibandanya gukumira ingabo za Etiyopiya mu butumwa bwo kubungabunga amahoro.Muri Kongo Abarundi bahungiye i Mulongwe babujijwe kurima hanze y’inkambi.
Amakuru ku Mugoroba
Umuryango w'umunyarwanda Erixon Kabera yishwe arashwe na polisi muri Canada basaba amatohoza ku rupfu rwiwe rutavugwako rumwe. Abarenga imiliyoni 28 bo mu buseruko bwa Kongo bugarijwe n’ingaruka z'intambara. Ayachi Zammel yitoje mu kibanza ca Perezida muri Tuniziya ashobora gufungwa imyaka 35.