gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 05:59
Amakuru mu Gitondo
Mu Burundi, Kwegereza ubutegetsi abanyagihugu biracari kure nk’ukwezi. Bimwe mui biriko bidindiza umugambi w’ubutegetsi bwegera abanyagihugu, birimwo amazone adakwiye ubutegetsi bwizeza ko bugiye kongereza. Kameruni yabujije impande zitandukanye kuvuga ku bijanye n’amagara ya Prezida Paul Biya
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Uburundi bwashizeho umurwi wiga ingene igiciro c'isukari kigabanuka. OMS na Africa CDC basaba isi kudashiraho amategeko akumira uruja n’uruza rw’abava muri Afrika muri ibi bihe vya virusi ya Marburg n’ibihara vy'inkende. Ukraine yizera ko intambara irimwo n'Uburusiy a izorangira mu 2025.