Uno munsi saa tatu z'ijoro aha muri Amerika, Kamala Harris na Donald Trump baraza guhurira mu kiganiro mpaka, baja impari ku migambi bafitiye igihugu.Kenya igandariye abana 21 baheruka kwitaba Imana bazize umuriro wadutse kw’ishure ryabo
Umushikiranganji wa mbere w’u Rwanda yaraye ashikirije inama nshingamateka na nkenguzamateka imigambi ya reta y’imyaka itanu. Prezida wa Tanzaniya yiyamiriza iyicwa ry'umunyepolitike atavuga rumwe nawe.
Murisanga (1400-1500 UTC): Murisanga itumira umutumirwa, cyangwa abatumirwa kugirango baganire n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bifuza kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima bw'abantu.
Amakuru y'Akarere (1600-1630 UTC): Amakuru atambuka i saa kumi n'ebyeri ku mugoroba mu Rwanda no mu Burundi. Akenshi, aya makuru yibanda ku karere k'ibiyaga bigari n'Afurika y'uburasirazuba.
Kamala Harris na Donald Trump baraza guhurira mu kiganiro mpaka, baja impari ku migambi bafitiye igihugu. Igitero ca Isirayeri cahitanye Abanyepalestina 19. Sentare ya Kenya yahagaritse amasezerano yarekurira ishirahamwe ryo mu Buhindi gufata ikibuga c'indege gikuru.