Ministeri y'impunzi mu Rwanda irashinja ababyeyi mu nkambi ya Mahama gukoresha abana imirimo ivunanye. ONU iraburira ko intambara yo muri Kongo ishobora gukwira akarere kose Inama ya y'umuryango wa OTAN yaraye itangiye i Washington DC
Iwanyu mu Ntara (1100-1130UTC): Ni ikiganiro c’umwihariko, gishimikira ku makuru avugwa mu ntara zitandukanye z’Uburundi n’u Rwanda, kidasize inyuma ayavugwa mu makambi yahungiyemwo impunzi z’Abarundi muri Afurika y’ibiyaga binini n’Afurika y’ubuseruko.
Mu kibano canke mu igihugu tworwanya gute urudandazwa rw’ibiyayuramutwe bibangamiye urwaruka muri ibi bihe vy’akaruhuko k’ici. Abasinzikajwe navyo boba bakenera ubuhe bufasha, canke n’ubuhe buryo bubereye bwo kubitaho no kubavura.
Amakuru y'Akarere (1600-1630 UTC): Amakuru atambuka i saa kumi n'ebyeri ku mugoroba mu Rwanda no mu Burundi. Akenshi, aya makuru yibanda ku karere k'ibiyaga bigari n'Afurika y'uburasirazuba.
Ba minisitiri b’Umuryango w’Afrika y’Uburasurazuba bakoze inama y’umwiherero I Zanzibar muri Tanzaniya ku bibazo by’umutekano. Uganda irahakana kuba inyuma ya M23. Inama y’abakuru b’ibihugu bya OTAN yaraye itangiye imilimo yayo hano I Washington.