gahunda y'itangazamakuru
Iwanyu mu ntara
Burundi: Leta irasaba abaturage gukora amasaha menshi bakaziba icyuho cy’ibura ry’amafaranga y’amahanga Afurika yunze ubumwe Izashyiraho amabwiriza azafasha guteza imbere ubuziranenge ku masoko y’ibiribwa. Abanyepalestina 200 baguye mu gitero Isirayeli yabohojemo imbohe 4 zari zafashwe na Hamasi.
Murisanga
Ubukene bw’ibintu vya nkenerwa birimwo ibitoro (risansi), isukari, umunyu n’ibindi bifise ingaruka nyinshi ziriboneka ku Barundi nka bose, baba ba ntahonikora canke abifise. Umucuraranzi Jean Pierre Nimbona batazira Kidumu, aratubwira ingaruka z’ubukene bw’ivyo bintu vya nkenera, ku mwuga wiwe
Amakuru ku Mugoroba
Igitero abarwanyi ba ADF bagavye mu gisagara ca Beni kiri mu ntara ya Kivu ya Ruguru muri Kongo cahitanye abagera kuri 80. Ingwano hagati y’abadasangiye amoko muri Sudani yahitanye abagera ku 55. Inama nshingamateka ya Afrika y'epfo izokorana ku musi wa gatanu itore umukuru w'igihugu mushasha