gahunda y'itangazamakuru
13:00 - 13:29
Iwanyu mu ntara
Mu Burundi, mu murwa mukuru wa politiki Gitega haravugwa ibura ry’amazi. Umunyepolitike atavuga rumwe n'ubutegetsi bw'u Rwanda, Diane Rwigara, arateganya kuzokwiyamamaza mu matora ya prezida ya 2024. Muri Kongo, Reta ivuga ko abahitanywe n'ibisasu vyatewe kw'ikambi iri hafi ya Goma bageze ku 35.
16:00 - 16:59
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Abakuru b’ibihugu byo muri Afurika batangije ibiganiro bihuza impande zishyamiranye muri Sudani y’epfo. Ishami rya ONU rishinzwe gufasha abanyepalestina ryafunze icyicaro cyaryo i Yeruzalemu. Uburusiya bwatangiye ibitero hafi y’umujyi wa Kharkiv, uza ku mwanya wa kabiri mu bunini muri Ukraine.