gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Trump Yagirijwe icaha co gufata ku nguvu. Mu Burundi bamwe mu baturage basenyewe n’imyuzure mu ntara ya Rumonge barashinja ubutegetsi gutanga amazu bari bahawe nk’imfashanyo. Umuryango w’abibumbye ejo ku wa kabiri watangaje ko umubare w’abamaze guhitanwa n’intambara muri Sudani urenga abantu 600.
Iwanyu mu ntara
Prezida wa Kongo yavuze ko atishimiye umurimo w’ingabo z’umuryango wa EAC mu gihugu cye Burundi: Bamwe mu baturage bakoresha urubuga rwa Twitter barinubira ubutegetsi bavuga ko bubima uburenganzira bwo kubona amakuru Donald Trump wahoze ari perezida w’Amerika yahamijwe icyaha cyo gufata ku ngufu
Amakuru ku Mugoroba
Burundi: Impande 2 z'umugambwe UPRONA ziyemeje gusubiza hamwe inyuma y'imyaka 12 zidacana uwaka. Muri Tuniziya, umupolisi yarashe abantu bari mu micungararo y’isinagoge mu kirwa cya Djerba, kiri mw’ibahari ya Mediterane. OMS, ivuga ko abahitanywe n’ingwano imaze ukwezi muri Sudani, barenze 600