gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 05:59
13:00 - 13:29
16:00 - 16:59
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Isirayeri yagavye ibitero mu bibanza amajana n’amajana muri Gaza. Ejo ku wa mbere no ku wa Mungu, Perezida Joe Biden yarabajijwe ivyerekeye inyandiko z’amabanga y’igihugu zatowe ku muhana iwe bwite. Ishami rya ONU ryitaho impunzi, HCR, rihangayikishijwe n’igabanuka ry’uburyo bwo gufasha impunzi.
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Ishyirahamwe Human Rights Watch, ryagiriza reta y’u Rwanda guhonyanga agateka ka zina muntu, no kubangamira abatavuga rumwe nayo bataba mu Rwanda. Akanama ka ONU kajejwe agateka ka zina muntu kirukanye Uburusiya mu murwi w’ibihugu bikagize Isirayeri yagavye ibitero mu bibanza amajana muri Gaza.