gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 05:59
16:00 - 16:59
Murisanga
Urwaruka rw’Abanyafurika rugera kuri 700 ruri mu nama n’abategetsi batandukanye b'Amerika i Washington DC. Urwo rwaruka rwatumiwe muri muri programu YALI yatangujwe na Prezida Barack Obama. Umwe muri urwo rwaruka Chancelle Bamuhaye aharanira agateka ka abana mu Burundi ni umutumire wa Murisanga.
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Mu Rwanda ibikomoka ku nkoko byagabanutse ku masoko kubera indwara yateye muri ayo matungo Muri Burkina Faso humvikanye urusaku rw’amasasu mu murwa mukuru Ouagadougou Inzego z’igisirikare y’Uburusiya zatangaje ko zarashe indege za Ukraine zitagira abapilote zari zagabye igitero i Moscow.
19:30 - 19:59