Ku munsi ugira kabiri niho umuhuza Benjamin Mkapa yugurura icese ibiganiro bihuza Abarundi I Arusha muri Tanzaniya.
Ivyo biganiro vyuguruwe inyuma y’impari nyinshi zifatiye ku rutonde rw’ibizokwigwa cane cane ingingo ya 6 ivuga ishirwaho rya reta y’ubumwe yoshira mu ngiro amasezerano bazoshikako. Intumwa za reta zanse urwo rutonde.
Inkuru y'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Arusha Pierre Claver Niyonkuru
Your browser doesn’t support HTML5
Ingingo Iteye Impari Cane Ijanye n'Ishirwaho ya Leta y'Ubumwe