Iwanyu mu ntara
Your browser doesn’t support HTML5
Uno munsi Donald Trump ararahira nka prezida agira 47 w'Amerika. Imwe mu migambi yiwe yavuze ko aza gutangura gushira mu ngiro uno munsi, irimwo kwirukana abimukira baca mu nzira zinyuranye n'amategeko. Muri Kongo, ingwano yongeye gushuha hagati ya FARDC na M23.