Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Mu karere k’ibiyaga binini hariko haribonekeza ingwara y’akaranda gakomoka ku nkende, canke ico bita ubushita bw’inkende (Monkeypox). Abatari bake bafise amakenga ku kuntu bakwiye kwirinda no kurwanya iyo ngwara ikarira cane uruhu kandi yandukira, itara kwiragira mu kibano.