Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Leta ya Tanzaniya yatahukanye impunzi z’Abarundi barenga 1,000 bavuye mu nkambi ya ya Nyarugusu.Isoko rya Ruvumera ryamaze amasaha agera kuri ane rifunze kubera impamvu z’umutekano. Muri Afrika y'epfo, ishyaka ANC rishobora gutakaza ubwiganze mu nteko ishinga amategeko.