Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Prezida w'u Rwanda yanebaguye inyito Amerika iha jenoside yo mu Rwanda. Abantu bashika kuri 96 bahitanywe n’isanganya y’ubwato muri Mozambike. Ishirahamwe SADC ryatangaje ko abasirikare bayo bane biciwe muri Kongo. Prezida wa Zimbabwe yatangaje ko ata migambi afise yo kwitoreza manda ya gatatu.