Amakuru ku Mugoroba
Your browser doesn’t support HTML5
Umurwi Red Tabara urwanya ubutegetsi bwo mu Burundi, wigamvye igitero wagavye mu ntara ya Bubanza. Muri Gineya, ubuzima bwiriwe busa nk’ubwahagaze kubera imyiyerekano y’abanyagihugu. Umunyamakuru w’Umufaransa apfungiwe muri Etiyopiya azira kuvugisha umwe mu batavuga rumwe n’ico gihugu.