Amakuru ku Mugoroba
Your browser doesn’t support HTML5
Mu Burundi, indwara y’ibibembe yariyongereye mu ntara ya Makamba. Mu matora y’ibanze mw’ishyaka ry’Abarepubulikani muri leta ya Iowa, Donald Trump wahoze ari Perezida wa Amerika, ni we waje kw’isonga. Muri Somaliya, bombe y’umwiyahuzi yahitanye abantu batatu.