Murisanga
Your browser doesn’t support HTML5
Mu kiganiro, “Murisanga” c’uyu musi, turavuga ku nkino z’igikombe c’umupira w’amaguru c’ibihugu vyo muri Afrika zizotangura kw’italiki 13 z’uku kwezi kwa mbere zirangire kw’italiki 11 y’ukwezi kwa kabiri kw’uyu mwaka mu gihugu ca Cote d’Ivoire.