Murisanga
Your browser doesn’t support HTML5
Impfu ziterwa n’ingwara y’umutima hamwe n’iziterwa n’umuvuduko w’amaraso ni zo ngwara zihitana ubuzima bw’abantu benshi kw’isi
Mu Burundi, izo ngwara zirabandanya guhitana ubuzima bw’abatari bake, barimwo n’abatarakwiza imyaka 50. Mu kiganiro Murisanga umutumire yaranonosoye ibijanye n’izo ngwara