Amakuru y'Akarere
Your browser doesn’t support HTML5
Mu Buholandi hateraniye imurikagurisha mpuzamahanga ry’indabo. Afurika ihagarariwe n’ibihugu bitatu, ari vyo Etiyopiya , Kenya, n’u Rwanda.
Uwuserukira Reta y’Uburundi mu rubanza rwa Alain Guillaume Bunyoni yahoze ari umushikiranganji wa mbere w'Uburundi yamusabiye gufungwa ubuzima bwiwe bwose.