Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Mu kiganiro, “Murisanga” c’uyu musi, turavuga kw’ishirahamwe, “Building and Multi-Business Company”, BMBC, rikora ivyo kwubaka amazu n’ibindi bikorwa bitandukanye mu Burundi. Iryo shirahamwe rirafasha kandi mu kwigisha abanyeshule ibijanye no gukora akazi no kwishingira imigambi.