Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Mu kiganiro Murisanga cerekeye amagara y’abantu, turagaruka ku ngwara y’amafyigo. Ni ingwara isinzikaza umurwayi, ikanashobora guhitana ubuzima bwiwe, mu gihe ititaweho, hakiri kare. Turihweza bimwe mu bituma iyo ngwara yaduka. Umutumire ni umuganga yanonosoye ibijanye n’iyo ngwara.