Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Mu kiganiro, “Murisanga” c’uyu musi, turavuga ku myiteguro y’ikoraniro mpuzamakungu kw’ihindagurika ry’ibihe rigira irya 28, rizobera i Dubai, muri Emira Zunze Ubumwe z’Abarabu, kuva kw’italiki 30 y’uku kwezi kw’icumi na rimwe gushika kw’italiki 12 y’ukwezi kw’icumi na kabiri kw’uyu mwaka.