Amakuru ku Mugoroba
Your browser doesn’t support HTML5
Ambasade y'Uburundi muri Afrika y’epfo iratabariza Abarundi barenga 90 bapfungiwe muri ico gihugu mu gisagara ca Pretoria. Umwami w'Ubwongereza, yatangiye uruzinduko rw’iminsi ine mu gihugu ca Kenya. Israyeri yatangaje ko abasirikare bayo bishe umwe mu bategetsi b'umurwi Hamas.